IJAMBO RISHIKIRIJWE N’UMUSHIKIRANGANJI W’AGATEKA KA ZINA MUNTU, IMIBANO N’ITERAMBERE RIDAKUMIRA RYEREKEYE UMUSI MUKURU MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABASANGABUTAKA, UMWAKA WA 2019
Par Elie HARINDAVYI Mu mwaka w’1994, Inama Mpuzamakungu (mu ngingo yayo ya 49/214) yaremeje igenekerezo rya 09 Myandagaro nk’umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe abasangwabutaka, uwo …