Mutuelle de la Fonction Publique iri ku kivi yitaho abanywanyi bayo pe !
Kuri uyu wa Kabibiri igenekerezo rya 2 munyonyo 2021 ku bitaro vyo mu Rushubi, komine Isare Intara ya Bujumbura, haruguruwe icese ibiro vy’ishirahamwe Mutuelle de …
Kuri uyu wa Kabibiri igenekerezo rya 2 munyonyo 2021 ku bitaro vyo mu Rushubi, komine Isare Intara ya Bujumbura, haruguruwe icese ibiro vy’ishirahamwe Mutuelle de …
“Dusavye abakorera muri ico gisata bose gusuzuma ubuhinga bakoresha ko bujanye n’ingene abakenyezi b’Abarundikazi babayeho. Hari aho tumaze iminsi twumva ko ibikorwa bijanye no gushigikira …
Kw’igenekerezo rya 15 Gitugutu, uko umwaka utashe, Uburundi burifadikanya n’amakungu mu guhimbaza Umusi Mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi-mwirimizi, washinzwe mu nama y’Isi Yose igira kane, yakoranije …
Le 15 octobre de chaque année, le Burundi se joint aux autres pays du monde pour célébrer la Journée Mondiale dédiée à la Femme Rurale …
Par Elie HARINDAVYI Nya kubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira arashikiriza ibitari bike bimaze kurangurwa mu ntumbero yo …
Hon. Imelde SABUSHIMIKE, Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre a indiqué que son Ministère …
Nyakubahwa Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira Imelde SABUSHIMIKE yamenyesheje ko Ubushikiranganji arongoye bwaranguye ibikorwa vyari vyategekanijwe kurangurwa mu gice cambere …
Kw’igenekerezo rya 11 Gitugutu, Uburundi burifadikanya n’ayandi makungu mu guhimbaza Umunsi Mpuzamakungu wahariwe umwigeme . Umunsi Mpuzamakungu wahariwe umwigeme ni umusi uha akaryo ibihugu ngo …
Le 11 Octobre de chaque année, le Burundi se joint à d’autres pays du monde pour célébrer la Journée Internationale dédiée à la Fille. Cette …
STANDARD 1 Tous les centres de placement des enfants sont enregistrés par les autorités compétentes notamment le Ministère de l’intérieur ou l’administration locale STANDARD 2 …