Genda ruguru, ni mwagira ikibazo mwiture abajejwe intwaro, tuzobafashirizayo
Izo ni zimwe mu mpanuro zatanzwe na Nyakubahwa Pontien HATUNGIMANA, Umunyamabanga Ntayegayezwa mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu …