Reta y’Uburundi ntako itagira ngo umwana wese akwije imyaka yo kuja kw’ishure ashobore kwiga
Ibikoresho vy’ishure bigizwe n’amakaye, impuzu z’ishure, amasakoshi n’ibindi vyankenerwa nivyo vyaronkejwe abanyeshure b’abasangwabutaka kw’igenekerezo rya 19 nyakanga 2023, muma Komine ya Cankuzo na Kigamba zo …