Imiryango y’abatwa ishika 1418 yo mu ntara ya Gitega, Karusi, Ruyigi na Kirundo yafashijwe kuva mu bukene
Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa Kane Igenekerezo rya …