Imashini zikanya amavuta y’ibigazi n’izimena imise, Imashini ikora isabuni hamwe n’ibindi ibikoresho mperekeza vyarashikirijwe icese amakoperative atatu yo mu ntara ya Rumonge
Ubushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina muntu n’Iterambere Ridakumira bufadikanije n’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe iterambere PNUD, bwarashikirije icese kuwa 21 kigarama 2023, abanywanyi b’amakoperative atatu …