Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yaragendeye abenegihugu bafashwe mu mugongo n’Umugambi Merankabandi bo mu ma komine ya Makebuko na Bugendana zo muntara ya Gitega
Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira, Nyakwubahwa Imelde Sabushimike, ari kumwe n’Umuhuzabikorwa w’umugambi Merankabandi, Umuyobozi Mukuru ajejwe Gushigikirana hamwe na Buramatari …