Reta y’Uburundi yarakoze vyinshi kandi bishimishije biteza imbere Umurundi kandi bidasiga inyuma Abasangwabutaka
Ivyo ni ivyashikirijwe ni ivyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka zina Muntu n’Iterambere Ridakumira mu birori vyo guhimbaza umunsi Mukuru …