Tubasavye kuba abanyabwenge, mugirire ishari ababayeho neza kugira namwe muheze mubeho nka bo
Ibi biri mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wambere igenekerezo rya 4 Nyakanga …