Reta y’Uburundi yarashizeho amategeko, amaporitike hamwe n’inzego bikingira abana bose
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde Sabushimike, Umushikiranganji wo Gushikigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira ku munsi wa gatatu, igenekerezo rya 20 munyonyo …
