14 juillet 2025

DECLARATION DE MADAME LA MINISTRE DE LA SOLIDARITE NATIONALE, DES AFFAIRES SOCIALES, DES DROITS DE LA PERSONNE HUMAINE ET DU GENRE A L’OCCASION DE LA CELEBRATION DE LA JOURNEE INTERNATIONALE DE LA PAIX, EDITION 2024.

1. Le 21 septembre de chaque année, le Burundi se joint à la Communauté Internationale pour célébrer la Journée Internationale de la Paix. Cette journée …

ITANGAZO RISHIKIRIJWE NA NYAKUBAHWA UMUSHIKIRANGANJI WO GUSHIGIKIRANA, IMIBANO, AGATEKA KA ZINA MUNTU N’ITERAMBERE RIDAKUMIRA RIJANYE N’IHIMBAZWA RY’UMUNSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE AMAHORO

1. Kw’igenekerezo rya 21 Nyakanga uko umwaka utashe Uburundi burifadikanya n’amakungu mu guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe amahoro. Uwo munsi ukaba washinzwe mu mwaka w’ 1981 …

Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo gushigikirana yarifadikanije n’imiryango 21 yo Ku mutumba Rutundwe mu bikorwa vyo kurima itongo baherutse kuronswa na Reta

Mu ntumbero ya Reta Mvyeyi, Reta Nkozi yo gusanga abenegihugu Ku kivi, Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo gushikirana, Nyakubahwa Imelde Sabushimike, yaragize urugendo Kw’igenekerezo rya 21 …

Reta y’Uburundi yarashizeho ibanki yagenewe abakenyezi ngo bashobore twiteza imbere, bateze imbere imiryango yabo ndetse n’igihugu cabibarutse

Ubushikirangaji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwaratunganije kw’igenekerezo rya 5 myandagaro, mu ntara ya Bubanza, uruganda rwo guhimiriza abakenyezi ngo biteze …