Uburundi bwarateye intambwe iboneka mu guteza imbere no gukingira agateka k’umukenyezi
Ubushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwasohoye itangazo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 ntwarante 2025, rijanye n’umunsi mukuru mpuzamakungu …