Inauguration du Centre de Développement intégré pour les femmes de la commune de Gitega
Ce lundi, 26 Août 2024, Hon. Imelde Sabushimike, Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre …
Genre
Ce lundi, 26 Août 2024, Hon. Imelde Sabushimike, Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre …
Mu ntumbero ya Reta Mvyeyi, Reta Nkozi yo gusanga abenegihugu Ku kivi, Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo gushikirana, Nyakubahwa Imelde Sabushimike, yaragize urugendo Kw’igenekerezo rya 21 …
Ce jeudi 22 août 2024 à Bujumbura, s’est tenu un Forum Régional des Femmes sur la mise en œuvre de l’Accord-Cadre pour la paix, la …
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakubakwa Prosper Bazombaza, icegera c’Umukuru w’Igihungu c’Uburundi kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 9 Myandagaro 2024 muri komine Matana y’Intara ya …
Ubushikirangaji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwaratunganije kw’igenekerezo rya 5 myandagaro, mu ntara ya Bubanza, uruganda rwo guhimiriza abakenyezi ngo biteze …
Ivyo ni ivyashikirijwe na nyakubahwa Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka Ka Zina Muntu, n’Iterambere Ridakumira ku musi wa kabiri igenekerezo rya 30 mukakaro 2024, …
Le Ministère de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre a organisé en date du 31 juillet …
En date du 09 Août de chaque année, le Burundi se joint à la communauté internationale pour célébrer la Journée Internationale dédiée aux peuples …
Barundi, Barundikazi, Kw’igenekerezo rya 09 Myandagaro uko umwaka utashe, Uburundi burifatanya n’amakungu muguhimbaza umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe Abasangwabutaka. Uwo munsi ukaba wemejwe n’inama mpuzamakungu ya …
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakwubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 26 Mukakaro …