Abafashwa n’umugambi Merankabandi barasabwa gokoresha neza uburyo bahabwa kugira biteze imbere
Ivyo ni ivyashkirijwe n’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye aho yari aramutse atanguza icese kw’igenekerezo rya 7 Rusama 2024, umugambi Merankabandi ugira kabiri ufashwe mumugongo …