Igikorwa co kurera abana canke abagendana ubumuga mubigo ni igokorwa co kwitanga
Iyo ikaba ari imwe mu nyishi za nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wambere Igenekerezo rya …