Abigeme batakiri ku ntebe y’ishure na bo nyene hariho amashure y’imyuga bashobora kwigiramwo ibijanye n’ubuhinga
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakwubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka Ka Zina n’Iterambere Ridakumira ku munsi Mukuru Mpuzamakungu wahariwe umwigeme, umwaka w’2023. Ngaha …