Tubasavye kugirira isuku aho muba
Ivyo ni bimwe muvyashikirijwe na Nyakwubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 17 …
Accueil
Ivyo ni bimwe muvyashikirijwe na Nyakwubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 17 …
Le 15 octobre de chaque année le Burundi se joint aux autres pays du monde pour célébrer la Journée Internationale de la Femme Rurale. Cette …
Igenekerezo rya 15 gitugutu uko umwaka utashe, Uburundi burifadikanya n’amakungu mu guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi mwirimizi. Uyo munsi mpuzamakungu ukaba washinzwe mu nama y’isi …
Le 11 Octobre de chaque année, le Burundi se joint aux autres pays du monde entier pour célébrer la Journée Internationale dédiée à la …
Uko umwaka utashe, igenekerezo rya 11 gitugutu, Uburundi burifadikanya n’ayandi makungu mu guhimbaza umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe umwigeme. Uyo munsi washizweho n’ingingo 66/170 y’inama ya …
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakwubahwa Ponsiyano Hatungimana, Umunyamabanga Ntayegayezwa mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira ku munsi wa Gatanu, igenekerezo …
Sauvegardes PEES P175327-ESCP_CERC (1) (1)http://www.droitshumains.gov.bi
Le 1er Octobre de chaque année, le Burundi en collaboration avec les différents intervenants dans le secteur du vieillissement se joint aux autres pays du …
Kw’igenekerezo rya mbere Gitugutu uko umwaka utashe, Uburundi bwifadikanije n’abasanzwe bakorera mu gisata co kwitaho abageze muzabukuru, bwama bwifatanya n’ayandi makungu mu guhimbaza Umunsi Mpuzamakungu …
Le Ministère de la Solidarité Nationale des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre a organisé en date du 21 au …