Abajejwe intwaro tubasavye kutubera ijisho mu kurwanya ba kaboko
Ivyo ni ivyasabwe na Nyakubahwa Pontien HATUNGIMANA, Umunyamabanga Ntayegayezwa mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka zina muntu n’iterambere ridakumira kuri uyu wa Gatatu igenekerezo …