Mu ntumbero yo gikinga irindi sanganya ryoshobora kwaduka, barasabwa kudasubira aho bavuye guhiga utwo basoroma batabiherewe uruhusha n’ababijejwe
Umwana w’imyaka 5 yaritavye Imana, abantu 4 barakomereka, abantu 2485 ntibagira ahobakika umusaya biturutse kumusozi wasidutse kumutumba Gabaniro, zone Gitaza, komine muhuta y’intara ya Rumonge, …