Mu kigo Humura co mu Rumonge hari ibisaba 4 bifasha uwakorewe amabi afatiye kugitsina
Ivyo vyashikirijwe ejo kumunsi wa kane igenekerezo rya 24 Myandagaro 2023 aho Ubushikiranganji bwo Gushigikirana, imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwari bwategekanije ibikorwa …