Icari ku mutima kirururutse
Abenegihugu bo mu ntara ya bubanza bashimiye cane Reta y’Uburundi kubona yafashe ingingo yo kubarungikira abshikiranganji batandukanye kugirango bishikire kurubuga babone kandi bishure kubibaza vy4abenegihugu …
Abenegihugu bo mu ntara ya bubanza bashimiye cane Reta y’Uburundi kubona yafashe ingingo yo kubarungikira abshikiranganji batandukanye kugirango bishikire kurubuga babone kandi bishure kubibaza vy4abenegihugu …
Izo ni zimwe mu mpanuro zatanzwe na Nyakubahwa Pontien HATUNGIMANA, Umunyamabanga Ntayegayezwa mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu …
Ivyo bikaba vyagaragariye mu bikorwa vyaranguwe n’ikigo c’abakenyezi mu Burundi gifashwe mumungo n’intara z’ububirigi zikoresha ururimi rw’igifaransa (Wallonie Bruxelles International) kuva mumwaka 2000. Nyakubahwa Pontien …
Ayo ni amwe mu majambo yashikirijwe na Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira Kuri uyu wa Gatandatu …
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 kigarama 2022 ku murwa mukuru w’intara ya Makamba Nyakubahwa Potien HATUNGIMANA, Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, …
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirara, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 kigarama …
Ivyo biri mu vyasabwe na Nyakubahwa Pontien HATUNGIMANA, Umunyamabanga Ntayegayezwa mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa gatandatu, …
Kuri uyu Wa gatanu igenekerezo rya 9 kigarama 2022, Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yarashikirije ibikoresho …
Ni bimwe mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Itera mbere Ridakumira kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya …
Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya …