Ba ntahonikora bagiye gufashirizwa mu kibano
Ivyo biri mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Umuyobozi ajejwe gufasha ba ntahonikora hamwe n’abahuye n’ivyago biturutse kw’ihindagurika ry’ibihe mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agatekaka ka Zina …