28 mars 2025

ITANGAZO RISHIKIRIJWE N’UMUSHIKIRANGANJI WO GUSHIGIKIRANA, IMIBANO, AGATEKA KA ZINA MUNTU, N’ITERAMBERE RIDAKUMIRA RYEREKEYE GUTANGUZA ICESE ISEKEZA RY’IMINSI 16 YAHARIWE KURWANYA AMABI AKORERWA ABAKENYEZI N’ABIGEME; UMWAKA W’2024.

Uko umwaka utashe, kw’igenekerezo rya 25 Munyonyo, Uburundi burifatanya n’amakungu mu gutanguza Isekeza ry’iminsi 16 yahariwe kurwanya amabi akorerwa abakenyezi n’abigeme. Ico kiringo c’iminsi cumi …

IKIGANIRO CO KU WA 1.11.2024, C’AGATEKA KA ZINA MUNTU

UMUTWE W’IKIGANIRO : UBURENGANZIRA BW’ IGIHUGU  BWO                                                 KUBA UMUNYWANYI W’IMIRYANGO                                                 W’IBIHUGU BIGIZE AKARERE. Ncuti, bagenzi namwe mwese mudahengeshanya kudukurikirana muri kino kiganiro c’agateka …