23 juin 2024

Ubushikiranganji bwo Gushigikirana Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira muvyo bujejwe harimwo kuraba neza uko amashirahamwe akorera mubisata bijanye n’ivyo Ubushikiranganji bujejwe arangura imirimo yayo ku neza y’abenegihugu

Ku wa 3 munyonyo 2023, Umunyamabanga Ntayegayezwa mu Bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira, Nyakwubahwa Ponsiyano HATUNGIMANA, yarishikiye mu ntara ya …

Une table ronde pour un dialogue national des droits de l’homme au Burundi en marge de la commémoration de 75 ans de la Déclaration Universelle des Droits de l’Homme (DUDH) a été organisée à Bugarama

Le Ministère de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre en collaboration avec le Système des Nations …

Une réunion du Groupe Sectoriel Genre a été organisée par le Ministère de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre, à Bujumbura

Le Ministère de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre en collaboration avec l’Onufemmes Burundi a organisé, …

Ubushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwaragarukiye ku miryango yagize ivyago hamwe n’abafise amikoro make bo mu ntara ya Makamba

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 gitugutu 2023, Ubushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira bwaragarukiye ku miryango yagize ivyago hamwe …

La Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du Genre a reçu en audience la Présidente du Conseil d’Administration et l’Administrateur Directeur Général de la Banque d’Investissement et de Développement pour la Femme

Ce jeudi, 19 octobre 2023, Son Excellence Madame la Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine et du …