Ni umugenzo mwiza wo Kwipfuriza abana bari mu bigo noël Nziza n’Umwaka mwiza
Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira, yamenyesheje ko ari Umugenzo mwiza w’Ubushikiranganji bujejwe Gushigikirana wo kwama na ntaryo …