Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE aratera ivyatsi abavyeyi bamwe bamwe badohotse kw’ibanga ryo kurera
« Reta y’Uburundi irasubiye kwiyemeza ko itazotezura mu gukora ibishoboka vyose kugirango ikingire abana mu bihe vyose barimwo na cane cane mu bihe vy’ivyago bitandukanye. Ntankeka …