Hon. Imelde SABUSHIMIKE a reçu l’Ambassadeur Omar Daair
Ce mardi le 25 janvier 2022 à Bujumbura, Hon. Imelde SABUSHIMIKE, Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine …
Ce mardi le 25 janvier 2022 à Bujumbura, Hon. Imelde SABUSHIMIKE, Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine …
Abageze mu za bukuru barashimira cane Reta y’Uburundi ku migambi myiza yo kubitaho aho babaye mu buzima bwabo bwa misi yose. Ivyo vyashikirijwe n’umwe mu …
« Reta y’Uburundi yama ikora itiziganya kugirango agateka ka zina muntu mu mice yose kamenyekane kandi kubahirizwe ». Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Felix NGENDABANYIKWA, …
Katika ufunguzi wa mkutano wa kuchambua na kuthibitisha Mpango Kazi wa Mwaka wa Wizara, Mwaka wa Fedha 2022-2023 uliofanyika Jumatatu hii Januari 3, 2022 jijini …
At the opening of the meeting to analyze and validate the Ministry’s Annual Action Plan, Fiscal Year 2022-2023 held this Monday January 3, 2022 in …
Lors de l’ouverture de la réunion d’analyse et de validation du Plan d’Actions Annuel du Ministère, Exercice 2022-2023 tenue ce lundi 3 janvier 2022 à …
Ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 28 kigarama 2021, Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirara, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yarateye intege …
« Twaje kugira twipfurize Noel nziza n’umwaka mwiza ibibondo biri muri iki kigo, muze tubone gutera intege abavyeyi bihebeye Imana bariko barasahiriza Reta mu kurera abana …
Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira, yamenyesheje ko ari Umugenzo mwiza w’Ubushikiranganji bujejwe Gushigikirana wo kwama na ntaryo …
Mu nama ya bose Igira 7 y’Umurwi w’Igihugu wo Gukinga no Gutegekaniriza kazoza abanyagihugu yakoranya kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 20 Kigarama 2021 i …