Kurwanya amabi afatiye ku gitsina ni urugamba rwa twese
Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikirangaji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa Kabiri Igenekerezo …