Reta y’Uburundi irubahirije agateka k’Abasangwabutaka bigaragara
Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibanao, Agatekaka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yavuze ko Leta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji arongoye yararanguye ibikorwa bitandukanye kugira …