Icari ku mutima kirururutse
Abenegihugu bo mu ntara ya bubanza bashimiye cane Reta y’Uburundi kubona yafashe ingingo yo kubarungikira abshikiranganji batandukanye kugirango bishikire kurubuga babone kandi bishure kubibaza vy4abenegihugu …
Droits de l’homme
Abenegihugu bo mu ntara ya bubanza bashimiye cane Reta y’Uburundi kubona yafashe ingingo yo kubarungikira abshikiranganji batandukanye kugirango bishikire kurubuga babone kandi bishure kubibaza vy4abenegihugu …
Ayo ni amwe mu majambo yashikirijwe na Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira Kuri uyu wa Gatandatu …
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 kigarama 2022 ku murwa mukuru w’intara ya Makamba Nyakubahwa Potien HATUNGIMANA, Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bwo Gushigikirana, Imibano, …
Ivyo ni ivyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirara, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 kigarama …
Kuri uyu Wa gatanu igenekerezo rya 9 kigarama 2022, Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yarashikirije ibikoresho …
Ayo ni amwe mu majamwo yashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikira, Imibano, Agateka ka zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wambere igenekerezo rya …
Le 20 novembre 2022, le Burundi se joindra aux autres pays du monde ayant ratifié la Convention Internationale relative aux Droits de l’Enfant pour célébrer …
Ce vendredi le 28 octobre 2022 à Bujumbura, Hon. Imelde SABUSHIMIKE, Ministre de la Solidarité Nationale, des Affaires Sociales, des Droits de la Personne Humaine …
Ivyo biri mu vyashikirijwe na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wambere igenekerezo rya 17 gitugutu …
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 gitugutu 2022 i Gitega, Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana Imibano, Agateka ka zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yaratanguje …