Hariho imiryango y’abatwa batagira agateka ko kugira uburaro bwiza
Ivyo biri mu vyamenyesheje na Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 …