Ivyerekeye igitabu c’amategeko agenga ugukingira n’ugutegekaniriza kazoza abanyagihugu mu Burundi vyagiye ahabona
Kuri uyu wa 25 Ruhuhuma 2022 Kumurwa Mukuru w’intara ya Cibitke, Nyakubahwa Tantine NCUTINAMAGARA, Umwunganizi w’Umushikiranganji wo Gushigikirara, Imibano, Agateka ka Zina muntu n’Iterambere Ridakumira …