“Abatwa sibo biba gusa kandi kenshi iyo bivye biba mu mirima ariko hariho n’abandi biba amamiriyoni Atari abatwa”
Iyo ni imwe mu nyishu Nyakubahwa Imelde SABUSHIMIKE, Umushikiranganji wo Gushigikirana, Imibano, Agateka ka Zina Muntu n’Iterambere Ridakumira yatangiye I Bururi kuri uyu wa gatatu …